Burundi : Mwami Bangiricenge, Kanyonga, Baramparaye — ukwibuka Ingoma imbere y’Umusaraba
Ifoto yashizwe ahabona na CVR yongeye gukangura impaka ku Ingoma y’Uburundi Bujumbura, 25/02/2026 (BdiAgnews) – Muri iyi si y’imbaraga nyinshi (multipolaire) isaba buri wese gusubira kwiyumvira amateka yiwe, ukwibuka Ingoma y’Uburundi kurasubira kwibonekeza nk’akabirizi (braise) twari twibaze ko kahorotse. Ku wa Gatatu, uwubahwa cane Ndayicariye Pierre Claver, Perezida wa CVR y’Uburundi, yashize ku rubuga rwiwe…
