Burundi / UA : Inama y’ubuhuza ku mahoro muri RDC
Ndayishimiye yakiriye Mokgweetsi Masisi i Kiriri Bujumbura (Ingoro ya Kiriri), 02/03/2026 (BdiAgnews) – Umukuru w’Igihugu c’Uburundi kandi ari na we arongoye Ubumwe bwa Afurika muri iki gihe, Nyenicubahiro Ndayishimiye Evariste, yakiriye intumwa zari zirongowe n’uwahoze ari Umukuru w’Igihugu ca Botswana Mokgweetsi Masisi, umwe mu bagize umurwi w’abahuza ba UA ku bijanye n’amahoro muri Republika Iharanira…
