banniere burundi
bdi burundi oms 1 02042026 ntarerushtsihouse

Burundi , Uburundi / Dipolomasi – Amagara y’abantu : Umukuru w’Igihugu yakiriye uwuserukira OMS ashoje amabanga yiwe

Isuzuma ryiza ry’ibikorwa vya OMS mu Burundi ryashizwe imbere mu mubonano w’ukumusezera. Bujumbura (Uburundi), 2 Ndamukiza 2026 (BdiAgnews) – Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, Nyenicubahiro Général-Major Ndayishimiye Évariste, yakiriye kuri uwu wa kane igenekerezo rya 2 Ndamukiza 2026 ku Ngoro Ntare Rushatsi, uwuserukira Ishirahamwe Mpuzamakungu ryitaho Amagara y’Abantu (OMS) mu Burundi, Dr Xavier Crespin, yari aje kumusezera…

Read Full News
bdi burundi premieredame 04 30032026 rtnbbi

Burundi , Uburundi / Dipolomasi – Amagara y’abantu : Iherezo ry’umurimo w’uwaserukira OMS, Dr Xavier Crespin

Uwuserukira OMS mu Burundi ashoje amabanga yiwe inyuma y’imyaka itanu y’ubufatanye bwashimwe n’inzego z’igihugu. Bujumbura (Uburundi), 30 Ntwarante 2026 (BdiAgnews) – Ku wa mbere 30 Ntwarante 2026, Umunyamabanga Ntayegayezwa ajejwe imigenderanire n’ayandi makungu muri Minisiteri y’Ububanyi n’Amahanga, Ukwinjira mu miryango y’akarere n’Ubufatanye mw’Iterambere, Nitunga Sophonie, yakiriye mu biro iwe uwaserukira Ishirahamwe Mpuzamakungu ryitaho Amagara y’Abantu…

Read Full News
bdi burundi hopital kabezi mugere sante 02 17032026 abp

Burundi / Uburundi : Ibitaro vya Kabezi bifise ikibazo c’aho kwakirira abarwayi kidahagije

Umugambi wo guhuriza hamwe ibitaro vyari ku bibanza bibiri warahagaze kubera ikibazo c’uburyo. Bujumbura, 16/03/2026 (BdiAgnews) – Ibitaro vy’intara vya Kabezi, biri mu komine Mugere, mu ntara ya Bujumbura, biriko birahura n’ikibazo c’ubukene bw’ivyumba n’aho kwakirira abarwayi, nk’uko vyashikirijwe kuri uwu wa mbere na muganga arongoye ivyo bitaro, Dr Havyarimana Thérence, yamenyesheje ko ivyo bitaro…

Read Full News
bdi burundi msp burundi lmpo 00 04032026 govbi

Burundi : Kwemeza urutonde rw’imiti itangwa gusa ku rupapuro rwa muganga

Inama yo kwemeza LNMPO – Edition 2026 Bujumbura, 04/03/2026 (BdiAgnews) – Mu rwego rwo gukomeza politiki y’igihugu mu bijanye n’amagara y’abantu, Umunyamabanga ntayegayezwa muri Minisiteri y’Amagara y’Abantu mu Burundi, Dr Sinarinzi Pierre, ari kumwe n’intumwa y’Ishirahamwe Mpuzamakungu ryita ku magara y’abantu (OMS) mu Burundi, yuguruye i Bujumbura inama yo kwemeza urutonde rw’igihugu rw’imiti itangwa gusa…

Read Full News