


Burundi, Uburundi / Uganda – Dipolomasi y’amashirahamwe ya politike : Ndikuriyo Révérien yagendeye NRM i Kampala
May 12, 2026CNDD-FDD na NRM bariko barakomeza imigenderanire ya kivukanyi n’ubufatanye bwa politike. Kampala (Uganda), 12/05/2026 (BdiAgnews) – Umunyamabanga Mukuru wa CNDD-FDD, Nyakwubahwa kandi akunzwe cane Ndikuriyo Révérien, kuva ku wa 10 Rusama 2026 ari i Kampala muri Repubulika ya Uganda, aho yatumiriwe na…

Burundi / Ouganda – Diplomatie des partis : Ndikuriyo Révérien en visite au NRM à Kampala
May 12, 2026Le CNDD-FDD et le NRM renforcent leurs relations fraternelles et leur coopération politique. Kampala (Ouganda), 12/05/2026 (BdiAgnews) – Le Secrétaire Général du CNDD-FDD, le très populaire Honorable Ndikuriyo Révérien, séjourne depuis le 10 mai 2026 à Kampala, en République d’Ouganda, sur invitation…

Burundi / Ouganda : Ndayishimiye Évariste participe à l’investiture de Museveni Yoweri à Kampala
May 12, 2026Plusieurs chefs d’État africains réunis à Kampala pour les cérémonies d’investiture du Président ougandais. Kampala (Ouganda), 12/05/2026 (BdiAgnews) – Le Président du Burundi, S.E. Ndayishimiye Évariste, Général-Major, a pris part, ce 12 mai 2026 à Kampala, aux cérémonies d’investiture du Président ougandais…


Burundi , Uburundi : Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye yifadikanije n’abanyagihugu mu bikorwa vya TDC i Matongo
May 10, 2026Abanyagihugu bitavye ari benshi mu bikorwa vy’iterambere rusangi, bishigikiwe n’imfashanyo zikomeye z’amasima n’amafaranga. Butanyerera, 9/05/2026 (BdiAgnews) – Mu gihe hari hahari abayobozi batandukanye bo ku rwego rw’intara n’igihugu, harimwo Umukuru w’Inama Nshingamateka, Umushikiranganji w’Intwaro yo hagati mu gihugu, abashingamateka batorerwa muri iyo…

Burundi : Le Président Ndayishimiye participe aux TDC à Matongo
May 10, 2026Une forte mobilisation autour des travaux communautaires, soutenue par des contributions importantes en ciment et en ressources financières. Butanyerera, 9/05/2026 (BdiAgnews) – En présence de plusieurs autorités locales et nationales, dont le président du Parlement, le ministre burundais de l’Intérieur, les députés…

Burundi, Uburundi : CVR yatanguje gusubiza amatongo n’imitungo yanyazwe i Bujumbura
May 6, 2026Imiryango ine yasubijwe amazu yayo, igikorwa kikaba kigiye gukwiragizwa mu ntara zose z’igihugu. Bujumbura, 4/05/2026 (BdiAgnews) – Komiseri y’Ukuri n’Ukunywanisha (CVR) yatanguje ikindi kiciro c’igikorwa co gusubiza amatongo n’imitungo yanyazwe, mu guha amazu abari bayafitiye uburenganzira nyabwo, intambwe igaragaza ukwiyemeza gushika ku…


Burundi , Uburundi / Ubumwe bw’Afurika, ONU : Abasirikare 57 b’Abarundi bahawe inyigisho ku bijanye n’uguhangana n’ibitero vy’ikoranabuhanga muri Somaliya
May 5, 2026Muri Somaliya, abasirikare 57 b’Abarundi basozereye inyigisho ku bijanye n’uguhangana n’ibitero vy’ikoranabuhanga Jowhar (Somaliya), 4/05/2026 (BdiAgnews) – Abasirikare 57 b’Uburundi bari mu murwi wa AUSSOM bahawe, ku wa 4 Rusama 2026 i Jowhar Airfield, impamyabumenyi inyuma y’inyigisho zamaze iminsi 3 ku bijanye…