{jcomments on} E. Ndayemeye, Bujumbura, AGNEWS, le 30 janvier 2010 UNICEF -Burundi a financé une enquête statistique sur les enfants de la rue. L’enquête, sous le patronage de Terre des Hommes au BURUNDI,

a été faite par différentes associations et ONG basées à Bujumbura et qui s’occupent de la protection de l’enfance tel AGAKURA, CITE DON BOSCO de Buterere, GIRIYUJA, etc. Du 20 au 22 Janvier, c’était à Bujumbura et du 26 au 27 à Ngozi et Gitega. L’objectif est d’avoir un chiffre fiable sur les enfants de la rue au BURUNDI …

[en Kirundi] UNICEF yaratanze uburyokwishirahamwe mpuzamakungu Terre des hommes Burundi bwo kugira amatohoza ku gitigiri cabana bo mwibarabara.Iryo tohoza ryagizwe n amashirahamwe yihaye gukingira agateka k abana . Twovugamwo nka Girijuja,Agakura, Cité Don Bosco ,Terre des hommes nyene eka nayandi menshi akorera mu gisagara ca Bujumbura.Vyabaye kuva itariki 20 gushika 22 Nzero i Bujumbura, na 26 gushika 27 I Gitega n i Ngozi aho rikaba ryagizwe na Terre des hommes na Giriyuja Gusa. Intumbero yariro kumenya igitigiri nyaco c abana bari mwibarabara inyuma y imyaka cumi n itanu yari ihaciye Uburundi buhitiye mu ndwano.

 

News Reporter

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *