{jcomments on}DAM, AGNEWS, NY, le 5 janvier 2010 Mardi en date du 2 février 2010, le personnel de l’hôpital Roi KHALED a refusé aux employés de la société de construction BERCO de commencer les travaux de réhabilitation. Le docteur Liduine rapporte que la société BERCO n’a pas averti à temps afin de pouvoir déménager les malades [ en tous cas les personnes les plus vulnérables ] et les matériaux.

L’hôpital Roi KHALED est aidé financièrement par une société chinoise et le fils du rois Khaled du Royaume d’ ARABIE SAOUDITE. (dont le père avait déjà financé la construction de cet hôpital).

Ku munsi wakabiri italiki zibiri Ruhuhuma 2010 niho abakozi bo mu bitaro vyitiriwe umwami KHALED vyo mu Kamenge bankira abakozi bo mw ishirahamwe rijejwe kwubaka ryitwa. BERCO ko botangura ibikorwa vyo gusanura ivyo bitaro.Muganga Liduine akorera muri ivyo bitaro avuga ko iryo shirahamwe ritashatse gukorana nivyo bitaro mu ntumbero yo kubateguza kugira ngo bashobore kwimura abarwayi hamwe n ibikoresho, arongerko ko mugihe bitari kugenga uko ,abarwayi na cane cane ababarwa batokworohewe. Imfashanyo yo gukora icyo bikorwa yatanzwe n ishirahamwe ryo mu bu chinois hamwe n umuhungu w umwami Khaled wo mu gihugu ca ARABIE SAOUDITE ,uwo nawe akaba ariwe yari yatanze uburyo bwo kubaka ivyo bitaro bicubakwa.

News Reporter

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *