{jcomments on}EN, BUJUMBURA, AGNEWS, le 11 juin 2010 – Le JAPON a accordé un don pour la réhabilitation des routes. C’est hier le 07/06/2010 que le JAPON a accordé au BURUNDI un don de 27.8 milliards de dollars américains pour le projet de réhabilitation des routes .Ce projet a été financé dans l’optique de surmonter l’embouteillage du centre ville, mais aussi pour la construction de deux routes ,l’une vers la Tanzanie (Kigoma), l’ autre vers le Rwanda. Ces travaux vont commencer au début de l’année 2011 et vont durer 22 mois.

Ku munsi w ejo italiki 07/06/2010 niho igihugu c UBUYAPANI cemera kuzontanga k UBURUNDI ingabire ingana n imiriyaridi 27,8 z amafaranga y abanyamerika,ikazofasha mu gusanura amabarabara ari mu gisagara ca Bujumbura ndetse no mu kwubaka  amabarabara abiri ,rimwe rigenda mu gihugu ca TANZANIE,irindi mu gihugu c URWANDA .   Ico gikorwa kikazotangura mu ntango z umwaka 2011 ,bikazomara ikiringo kingana n amezi 22.

News Reporter

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *