OMAR,AGNEWS,le 20 avril 2010
Ce dimanche, en date du 18 avril 2010, a eu lieu la célébration du premier anniversaire de l agrément du mouvement PALIPEHUTU-FNL, et 31ème anniversaire de ce mouvement.

 
Ce dimanche, en date du 18 Avril 2010, a eu lieu la célébration du premier anniversaire de l agrément du mouvement PALIPEHUTU-FNL, et 31ème anniversaire de ce mouvement,fondé en TANZANIE en 1980 par un groupe de réfugiés burundais .
Ces cérémonies ont eu lieu dans tous les coins du pays, et dans la ville de Bujumbura.Elles se sont déroulées,notamment,dans la commune de Kinindo, précisément dans l'endroit communément appelé Kwiraro.
Les représentants de ce parti ont demandé, au cours de ces cérémonies, d éviter les accrochages avec d' autres partis, dans cette période électorale.

Ku munsi w Imana igenekerezo rya 18 Ndamukiza 2010, niho aho bita Kwiraro muri komine Kinindo mu ntara ya BUJUMBURA haba ibiro ibirori vy uguhimbaza umwaka urangiye umuhari wa PALIPEHUTU-FNL wemerewe gukorere kumugaragaro n imyaka 31
irangiye uwo muhari uvutse ,ukaba wavukiye mu gihugu ca TANZANIE mu 1980 ,watangujwe n abarundi bari bahungiyeyo.
Ivyo birori bikaba vyabereye mu mihingo yose y igihugu.
Abaserukiye uwo mugambwe bakaba basavye kuri uwo munsi ko abanywanyi babo bokwirinda kugiriranira imishamirano n iyindi migambwe muri kino gihi twimirije amatora.

News Reporter

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *