intumwa_120

INTANGAMARARA – Intumwa N°120 co ku wa 03 Kigarama 2010.  Ba Ndayamutaye barasubiriye kurota nabi mu gusabira ibihano abarundi.  Barababesha ngo baharanira agateka kanyu naho bafise inyungu zabozinyegejwe Birirwa  baranyuragirana isi yose bapfundika

ibinyoma  bitagira  mvura  ngo  amakungu akunde abumvi re, ar iko ahenshi barabahinyuye.

Abo  ni  ba  banyepolitike batsinzwe mu matora aherutse, baca bashinga ico bise ikibiri twebwe twokwongerako  tuti  c’abangushi,  kugira bateshe  umutwe  abarundi  na  canecane abagumyabangabatsinze, mu kurementanya ibinyoma bitagira izina ngo bakunde baronke ivyo bataruhiye.

Le document en PDF.

{jcomments on}

News Reporter

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *