{jcomments on}EN,BUJUMBURA,AGNEWS,le 08 juillet 2010 – Ce mercredi 07/07/2010 devait débuter la campagne des législatives. C’est en ce mercredi 07/07/2010 que devait débuter la campagne des législatives, dont le scrutin aura lieu le 23/07/2010. Seul trois partis dont le CNDD-FDD ,UPRONA ,FRODEBU NYAKURI et deux indépendants , Déo HAKIZIMANA de Muramvya et Patrick HAMENYIMANA de Bururi, ont déjà déposé le nécessaire pour pouvoir se lancer dans cette course.

Mais jusqu’ hier, la liste des candidats aux communales n’était toujours pas envoyée dans certains bureaux de la CEPI(Commissions Electorales Provinciales Indépendantes). Cent sièges sont à partager, et chaque candidat élu devra avoir au moins 800000 milles voix. .

Ku munsi wa Gatatu italiki 07/07/2010 niho igikorwa co kwiyamamarira amatora y abashingamateka categerezwa gutangura ,amatora nayo yabo akazoca aba italiki 23/07/2010 .Imigabwe itatu gusa ariyo CNDD-FDD, UPRONA et FRODEBU NYAKURI ,hamwe nabigenga babiri ,Déo HAKIZIMA na BIZIMANA Patric akaba aribo bamaze gutanga ivyangombwa kugira bazoje guhiganwa muri ayo matora ,ariko gushika kumunsi w ejo ntibari bwatange mu biro bimwe bimwe vya CEPI urutonde rw abazitoza.ibibanza ijana akaba arivyo bazohiganirwa ,uwutsinze akazotegerezwa kuronka amajwi arenga 800000.

News Reporter

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *