OMAR,AGNEWS,le 27 avril 2010
Signature d’ un accord de financement entre l’ ambassadeur d’ ALLEMAGNE, Joseph WEISS, et le président de la CENI

Ce lundi 26 Avril 2010 a eu lieu une signature d’ un accord de financement entre l’ ambassadeur d’ALLEMAGNE, Joseph WEISS, et le président de la CENI( Commission Electorale Nationale Indépendante), Pierre Claver NDAYICARIYE.
Ce financement est de 220 milles Euros,soit 372 millions de FrBu .
Le président de la CENI n’ a pas manqué de dire merci.
Signalons, que l’ année dernière, l’ Allemagne avait déjà donné une aide du même ordre, à la Commission Electorale Nationale Indépendante.

Ku munsi wa mbere igenekerezo ra 26 Ndamukiza 2010 niho uwuserukira igihugu cUBUDAGI mu BURUNDI Joséph WEISS yashira mukono kumasezerano y imfashanyo ingana nibihumbi 220 vyama Euros n ukuvuga imiliyoni 372 z amafaranga y  amarundi,akazofasha mwitegurwa ry ibikorwa vya CENI . Umukuru wa CENI Pierre Claver NDAYICARIYE akaba akenguruka kuri iyo mfashanyo.Mwa mwaka uragiye nyene UBUDAGI bwari bwatanze imfashanyo ku mugwi wa CENI muri ico gikirwa nyene.
 

News Reporter

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *