EN,BUJUMBURA,AGNEWS,le 21 mai 2010
Le gouvernement a expulsé une représentante de l’ONG HUMAN RIGHTS WATCH

Ce 19 mai 2001, le gouvernement du BURUNDI a décidé d’ expulser Mme Neella GHOSHAL,représentante de l’ONG HUMAN RIGHTS WATCH .Cette expulsion dépendrait de certaines choses qu’elle aurait dites, et qui n’ont pas plu au gouvernement burundais.Les associations indépendantes, dont APRODH, sont contristées par cette décision,elles regrettent que l’Etat ait pris cette mesure, et font observer qu’il n’y a pas de contre-rapport sur les faits rapportés par Mme Neella
GHOSHAL .ces associations disent qu’elles se souviendront surtout de son dynamisme ,de sa franchise et de sa bravoure, qui lui permettaient même à aller où les autres ne pouvaient aller.

Ku munsi wejo niho Reta y UBURUNDI yafata ingingo y uguhagarika ibikorwa vy uwurongoye ishorahamwe mpuza makungu ,umupfasoni Neella GHOSHAL bivuye ko ibintu bimwe bimwe yoba yarashikirije biatanezereje Reta y UBURNDI. Amashirahamwe y ingenga nka APRODH nayandi bavuga ko batewe umubabaro n iyirukanwa ryiwe , ngo Reta ntiyari kwihutira gufata iyo ngigo yo kumwirukana narirya ivyo yoba yaravuze tawigeze abibeshuza,canke ngo abihakane.
Uwo mupfasoni ngo bakazomwibukira : Kububangutsi bwiwe , ukuvugisha ukuri , ubukerebutsi ,eka ndetse ngo naho abandi batashika ngo we yahashika .

News Reporter

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *