{jcomments on}EN,BUJUMBURA,AGNEWS,le 08 juillet 2010 – Le syndicat CONAPES des enseignants a lancé un communiqué de presse – Ce lundi 05/07/2010 ,le syndicat CONAPES((Conseil National du Personnel de l’Enseignement Secondaire) des enseignants a lancé un communiqué de presse qui appelle les enseignants à continuer à donner cours jusqu’ au mois d’août (à la date du 20) ,mais de confisquer les résultats des élèves. Signalons que ce communiqué a été lancé alors que les enseignants comptaient arrêter les cours le 16/07 et que certains établissements avaient commencé à donner des examens, ceci pour cause des salaires, de deux mois de grève, et des arriérés de 2009 et 2010 de plus de 2000 enseignants, que l’Etat n a pas donnés.

Ku munsi wejo italiki 05/07/2010 niho sendika CONAPES y abigisha yasohora itangazo ryerekeye abigisha ,ribasaba kubandanya bigisha kugira barangize umwaka italiki 20 /08/2010,ariko bakazoca bareka gutanga amonota y abanyeshure , iryo tangazo rikaba basohotse mu gihe abigisha bategekanya kurangiza umwaka italiki 16/07/2010 bivuye kumishahara yamezi abiri yayegereyegere itatazwe be no ku birarane vya 2009 na 2010 Reta ibafitiye.Iryo tangazo rikaba ryasohotse mu gihe ama shure amwe amwe yari yatanguye gutanga ibibazo birangiza umwaka.

 

News Reporter

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *